Комментарии:
Abobajama nibobazononera nabandi bashaka guterintambwe
ОтветитьUmudimudimu yashishwe ndake
ОтветитьPauli tu as raison ivyo vyana nta ndero bifise nicogituma bilateral imbere
ОтветитьNabanze agende arere umwana wa Colyse ! Areke kwifata nk’umuntu yica agakiza!
ОтветитьNohanura Dj Paulin gukorana Na Drama T, amuzanira ivyunguka. Kuki utumwanya kubantu atanibirenze bakuzanira?
ОтветитьMutama ivyo vyana nimureke kuza murabifasha bizoteba bitore indero
ОтветитьKuki abarundi mufise amatiku
ОтветитьDouble jay numu gtg wiwacu ariko aho sindamushigikiye i gtg twararezwe neza ntiyishinge kirikou ubu vouyou Beiwe
ОтветитьDouble jay ndazi numwana twakuranye kandi yamye arumwana windero kuva kera, ninumwana yamye yitonda yavuga make caane, kuva aciga kuri les irondeles, arumwana muto tumutwaza ishakoshi kubera ubuvyibuhe bwiwe,namba yarabikoze nuko nawe utera, ururimi rwumwe rukamwa amata ah twobaza jiji naw yovuga ibindi. Rero don't judje double jay mureke atere imbere. Hakim moza nawenyene twarakuranye numuntu avuga make cane kandi ntahubuka. Aceni fitna watu wa buja tunawajuwaaa roho mbaya yenu.. Gitega tuyoboje inkoni yicuma umva kirya kigoma uriko ugirira inzigooo. Sinokwilalana imana yompana .nikirundi tugendeeee
ОтветитьAbaririmvyi babarundi baragoye ifasha pe! Big up to you Mr Paulin.... Ntucike intege kubufasha bwawe kubaririmvyi ndundi. Take your 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ответить❤ felicitations 🎉
ОтветитьImana nibyosepe
ОтветитьNene icokingabo kuriki yama afise ibibazo nabasani nawe mumurabe abantubose ntiboba babikuko ntamusani numwe nibazako bahuza kugeza iyisaha
ОтветитьSha nkaha aba bahungu ba Double Jay boca berekana izi menace yoca asaba Asile Belgique ni cadeau ubahaye pe nuko abarundi tutazi gukina deal peeee
ОтветитьUwo mugabo arirata nagende hiyo ndi double jey nafute amajwi
ОтветитьJewe ico numv kowaje kubivugira aho numva ,vyoba vyiza uje urikora mugahogo ukaziririmbira 😷😷😷
ОтветитьNone umusaza yamana i beef
ОтветитьI agreed. Berekeko uri umugabo. Big man 🙌🙌🙌
ОтветитьUmva mureke amatiku kuk arica Reba ibir kubera Kgl bro ni miriro l ur fan from 🛏️🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
ОтветитьUmugabo wibwa dj paulin
ОтветитьYahumye pe
ОтветитьWe usigaye uri umubona cane kubera ushaka gucinyiza impano mukubakamisha gusa, ivyo bakubwiye ukore kugira uronke indirimbo vyarakunaniye uzana uburofa bwo kubesha abarundi, ijambo ngo aba bana bakuburira indero ni ribi cane muri business ako nagasuzuguro abana ni barya wavyaye si abo mukorana ivy’unguka, you need to be professional at least
ОтветитьNdafise ikibazo kuri Paulin. None kuzana Camilioni wamurishe wumva ufise uburenganzira bwo guca ufata umuririmvyi w’umurundi bakorane indirimbo uyitware utamurishe nawe? Abarundi nabiwawe rero kuburyo bagukorera kubuntu?😅
ОтветитьAache ushoga uw mze
ОтветитьTurekr abasor bacu kirikou yakubwiy ti rera abaw nani😂😂😂
ОтветитьAko nagahimbe mufise sha muhimvye za muhimb nkabantu mudahimba nkimbwa
ОтветитьNone ko nunvise Dj Paul avuz ko azobarega kwa Big Fizzo?
ОтветитьUwo mugabo arwanya impano zabana buburundi ntakindi
Ответить𝐼𝑟𝑎𝑛𝑎𝑏𝑖𝑠ℎ𝑒😂😂
ОтветитьDj polin wewe icara umenyeko gusubiza hasi talent yigihugu kuko bilimani boy=BURUNDI
Ukure nitetabwoba Kutana bana Burundi
P diddy wacu😂😂😂😂
ОтветитьDj Paulin nubureka kwigira ubuki butegeka wew nta mahera ufise yokuriha collabo nugusubiza impano zabanyamuziki inyuma ntakindi ushoboye uzikurongora abahungu inyuma
ОтветитьPaulin tekereza ukubise swata😅
ОтветитьAyoo mahirw wayampaye jew noyakoresha neza mfis talent please help me
Ответить